Libe Media

Libe Media SPORTIVE

🔵🔴 Intamba z'abigeme U17 zirirahiye Malawi !⏏️ Urukino rwariko rubera muri Malawi,Intamba z'Abarundikazi badashikana imy...
11/04/2026

🔵🔴 Intamba z'abigeme U17 zirirahiye Malawi !

⏏️ Urukino rwariko rubera muri Malawi,Intamba z'Abarundikazi badashikana imyaka 17,batsinze bagenzi babo ba Malawi badashikana imyaka 17 ibitsindo 2-1, hakaba ari munkino zo kurondera itike yo gukina igikombe c'Isi yose kizobera muri Maroc Mukwezi kwa 11 uno mwaka (novembre 2026).

⏏️ urukino rwo gusubiriza i Bujumbura stade Intwari mundwi iza 18.04.2026

⏏️ Mugihe Uburundi bwokuramwo Malawi, buzoca bukina mugice gikurikira n'uwuzotsinda hagati ya south Soudan na Éthiopie.
Kora suivre kuri Media #

Ku rubuga gwa nyeniteka   Ubu tubonye handitse hati:"Mugwizatunga namwe mashirahamwe mushaka kumenyekanisha ivyo murangu...
11/04/2026

Ku rubuga gwa nyeniteka Ubu tubonye handitse hati:

"Mugwizatunga namwe mashirahamwe mushaka kumenyekanisha ivyo murangura biciye mu matangazo:
‎- Ibibaranga kuri NKURUNZIZA PEACE PARK COMPLEX STADIUM
‎- Eagle Sport FM
‎- Imyambaro ya AIGLE NOIR CS
‎- NKURUNZIZA CUP no Ku myambaro ya NKURUNZIZA CUP

‎Murahawe ikaze. Ca kuri izi numéro za téléphone baheze bakubwire uko bigenda:
‎1. NIRAGIRA FABRICE ajejwe kuvugira FONDATION PAX BURUNDI ( 61009900 na 71900697)
‎2. LEONCE SIMBANANIYE NTAKIRUTIMANA ajejwe kuvugira AIGLE NOIR CS (69 16 21 55)
‎3. IRAKOZE EMMANUEL arongoye RADIO EAGLE SPORT FM. (61 53 06 52)

‎Turashimiye abamaze kwemera kwifatikanya natwe:

‎1. LUMITEL
‎2. ITRACOM
‎3. BURUNDI GROW GREEN
‎4. EAGLE LOGISTICS LTD
‎5. CHAPA KAZI TH LTD
‎6. EAGLE MINERAL WATER
‎7. SINAPI
‎8. ZANZI RESTO-BAR
‎9. FIFAP ( VIMBA MAIZE FLOUR)
‎10. SLICOM ( SKY LIMIT COMPANY)
‎11. CRDB BANK
‎12. EAGLE CONSTRUCTION COMPANY
‎13. EAGLE BUSINESS AND HOTELS"

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Erico Olga Le Catalan, Jean Marie Vianney Bajeneza, Sungu...
11/02/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Erico Olga Le Catalan, Jean Marie Vianney Bajeneza, Sungulwa Mhongo, Ciza Billy Graham, Nsabiyera Rewi, Aimable Nkurunziza, Elvis Nzoyisaba, Iradukunda Venust, Fâb-love Itângàkûbûntû, Wiz Upendo, Alex Aman, Vanibet Og, Ndayahimbaz Leonc Mukali Wao, HD Emedy, Bosco Mafreur Bosco, Eloy Ög Masha, Niyongabo Regis, Abdul M***a, Clovis Nishimwe, Denis Sinzinkayo, Niyonzima Daphrose, Théo Junior, Edouard Irankunda, Bukuru Wizbody, V Kay Zaza, Fiston Tiger, Sabiyumva Dieudonne, Lionny Lio, Aime'Boris Smba, Nijimbere Simeon, Shaban Lodi, Nkurunziza Vena, Amos Bitangimana, Felix Niyungeko, Gordien Nishimwe, Noelo Noé, Mutware Sophonie, Uwimana Justin, Uwimana Eddy, Wenga Wenga Songa Siti, Nelson Kaziri, Theogene Barumbanze, Irakoze Erick, Cezb Musack, Aaron Nzisabira Aaron Nzisabira, Kevin Izibikwiye, Richad Richad, Armand Asake, Bersoni Muster, Manya Pro

07/02/2026

🔥🔥🔥 Endrick skills

😅 Kuva mu 2020, akazi ka James Rodríguez 🇨🇴 kahindutse nk’uguca mu kirere 🚀 :▫️ 2026 : Minnesota United 🇺🇸▫️ 2025 : Club...
07/02/2026

😅 Kuva mu 2020, akazi ka James Rodríguez 🇨🇴 kahindutse nk’uguca mu kirere 🚀 :
▫️ 2026 : Minnesota United 🇺🇸
▫️ 2025 : Club León 🇲🇽
▫️ 2024/2025 : Rayo Vallecano 🇪🇸
▫️ 2023/2024 : São Paulo 🇧🇷
▫️ 2022/2023 : Olympiakos 🇬🇷
▫️ 2021/2022 : Al-Rayyan 🇶🇦
▫️ 2020/2021 : Everton 🏴
😳 Ibihugu 7, imigabane 4, mu myaka 6 gusa… intumbero ni ukuzenguruka isi yose? 🌍

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Bruno Fernandes yinjiye mu mateka ya Manchester United aho yash*tse ku ngingo 200 z’uruhara mu gutsinda...
07/02/2026

Waoooh 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bruno Fernandes yinjiye mu mateka ya Manchester United aho yash*tse ku ngingo 200 z’uruhara mu gutsinda (ibitsindo 104 n’amapasi 96) mu nkino 314. Yabish*tseko amaze gutsinda Tottenham. Wayne Rooney ni we wenyene yamurushije kwihuta. Bruno aguma ari umurongozi n’umukapiteni w’akarorero w’ikipe. What a payer🕓🕓🕓🕓🆒🆒🔠🔠 🔴✨

Waoooh 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 MAMADOU Sy anafungua ukurasa wa mabao kwa kumalizia kwa ustadi mkubwa, akipokea pasi safi kutoka ...
07/02/2026

Waoooh 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 MAMADOU Sy anafungua ukurasa wa mabao kwa kumalizia kwa ustadi mkubwa, akipokea pasi safi kutoka kwa Djibril Ouattara. 🤝
Anafunga bao la kwanza! ⚫⚪🦁

BG Green Maze FC yatsinzwe na Rukinzo 4–2 kandi iri mu kaga ko kumanuka mu cyiciro, kuko mu mikino 20 ifise intsinzi 1 g...
06/02/2026

BG Green Maze FC yatsinzwe na Rukinzo 4–2 kandi iri mu kaga ko kumanuka mu cyiciro, kuko mu mikino 20 ifise intsinzi 1 gusa n’amanota 7

Nahimana Shassir alifunga mabao 2 na kuchaguliwa Mchezaji Bora wa Mechi baada ya kuisaidia Pamba Jiji kuifunga Coastal U...
06/02/2026

Nahimana Shassir alifunga mabao 2 na kuchaguliwa Mchezaji Bora wa Mechi baada ya kuisaidia Pamba Jiji kuifunga Coastal Union 3–0 kwenye NBC Premier League ya Tanzania. Aliingia dakika ya 69 na kufunga dakika ya 71 na 76.

Torino imeanza tena mazoezi baada ya kufungwa na Inter kwenye Kombe la Italia, ikijiandaa kwa mechi dhidi ya Fiorentina....
06/02/2026

Torino imeanza tena mazoezi baada ya kufungwa na Inter kwenye Kombe la Italia, ikijiandaa kwa mechi dhidi ya Fiorentina. Cesare Casadei amerudi kikosini baada ya kupona homa. Vipimo vya afya vinafanyika kwa wachezaji kadhaa akiwemo Che Adams, Giovanni Simeone, Biraghi, Aboukhlal na Gineitis ili kujua watakaocheza. Hakuna wasiwasi mkubwa kwa Njie na Obrador waliotoka kwa sababu ya misuli kukakamaa. ⚽

Address

Nairobi
Gatwe

Telephone

+25761718199

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Libe Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Libe Media:

Share