22/08/2026
๐ฅ๐ OFFICIEL! REAL MADRID YANDIKISHIJE ABAKINYI BOSE BASHASHA MURI LA LIGA! ๐ช๐ธโ
Real Madrid ๐ช๐ธ yamaze kwandikisha ku mugaragaro abakinyi bayo bashasha bose 6 muri La Liga. ๐ฅ
โ
Ivyo bisigura ko abo bakinyi bose ubu bemerewe gukinira Real Madrid muri La Liga, kandi bashobora kuba mubaza gukina urukino rwโuyumusi ruhuza Real Madrid na Espanyol. ๐โฝ๐ฅ
๐ Ngabo abakinyi bashasha 6 ba Real Madrid ubu bari ku rutonde rwemewe rwโumugwi:
1๏ธโฃDenzel Dumfries ๐ณ๐ฑ
2๏ธโฃOusmane Diomande ๐จ๐ฎ
3๏ธโฃรlvaro Carreras ๐ช๐ธ
4๏ธโฃ Franco Mastantuono ๐ฆ๐ท
5๏ธโฃDean Huijsen ๐ช๐ธ
6๏ธโฃ Trent Alexander-Arnold ๐ด
๐ฅ Abakunzi ba Real Madrid barashobora rero gutangura kubona abakinyi bashasha rwโumurwi wabo mu rukino rwa La Liga!
โ Ni uwuhe muri aba 6 mwipfuza kubona atanguye mu kibuga kuri Espanyol? ๐โ๏ธ
๐ค HALA MADRID! ๐๐ฅ
๐ช๐ฅ๐๐ป๐ท๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐บ๐๐ฟ๐ถ ๐ด๐ฟ๐ผ๐๐ฝ๐ฒ ๐'๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐๐ป๐๐ถ ๐ฏ๐ฎ ๐ฅ๐๐๐ ๐ ๐๐๐ฅ๐๐ ๐๐๐ผ๐๐ฒ ๐๐ฟ๐ฎ๐ฏ๐ผ๐ป๐ฒ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ธ๐๐ฟ๐ ๐ธ๐๐บ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐๐ฐ๐ถ๐๐ฒ ๐ฎ๐ต๐ฎ
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
๐ฅ๐๐๐ฟ๐ผ๐๐ฝ๐ฒ ๐'๐ถ๐๐๐๐ป๐ด๐๐ธ๐ฎ ๐ฏ๐๐ฟ๐ถ ๐บ๐๐๐ถ ๐ป๐ฎ๐๐ผ ๐๐ถ๐ป๐ท๐ถ๐ฟ๐ฒ๐บ๐๐ผ ๐ถ๐ฐ๐ถ๐๐ฒ ๐ฎ๐ต๐ฎ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://chat.whatsapp.com/JF5466HtYb9581VsCfIqr4?s=cl&p=a&ilr=0