ARISE Sports

ARISE Sports Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ARISE Sports, Sport & recreation, Buja Marie, Bujumbura.

■ eeeeh mbega Liverpool❤ twovuga kwaribiki😧 aho umu striker huge Hekitike umunya france 🇫🇷 yashikiwe n'imvune idasanzwe ...
21/03/2026

■ eeeeh mbega Liverpool❤ twovuga kwaribiki😧 aho umu striker huge Hekitike umunya france 🇫🇷 yashikiwe n'imvune idasanzwe kurukino ruhejeje kubahuza na BHA💙

Aba fans🕺 ba Liverpool aho benshi bashimye kuvuga🗣 ko harikibazo none ko Alexander isak ko nawe yagarutse n'ubuntu bw'Imana

Pls follow me 🙏🙏

Guess who's?
18/03/2026

Guess who's?

Lamine yamal aho yaraye agize umubabaro mwinshi kumvo batashoboye kurengana kurukino rwabahujije na ATM❤💙Aho atanashimye...
04/03/2026

Lamine yamal aho yaraye agize umubabaro mwinshi kumvo batashoboye kurengana kurukino rwabahujije na ATM❤💙

Aho atanashimye gukora fair play akaba ariko arereka ingeso mbi kuri bagenziwe

Follow me please

03/03/2026

Abakunzi b Fc Barcelona imiriro 🔥 muri comment

03/03/2026

Amaherezo irataha🔥🔥🔥🔥

Jules kounde tuvuge ko abaye arahunga🤣 ademola lookman😮
03/03/2026

Jules kounde tuvuge ko abaye arahunga🤣 ademola lookman😮

Barcelona ikarengana ndabasabe twumvikane mumpa ama views menshinanje 10 bambere barandika numero yabo ya lumicash muri ...
03/03/2026

Barcelona ikarengana ndabasabe twumvikane mumpa ama views menshi
nanje 10 bambere barandika numero yabo ya lumicash muri comment dukore nkabagabo✌👌

Ninde yobisa kurino ntebe 💺 pepe Guardiola ?
21/02/2026

Ninde yobisa kurino ntebe 💺 pepe Guardiola ?

None iyi al hilal💙 idushakako iki kuruno mugabo wacu Iturekere umugabo kuko ntarasaza ako yogenda muribirya bitama mubar...
20/02/2026

None iyi al hilal💙 idushakako iki kuruno mugabo wacu

Iturekere umugabo kuko ntarasaza ako yogenda muribirya bitama mubarabu

Bruno Fernandez womugereranye numukinyi wo hagati uyuhe muri EPL

🚥Breaking Nico Paz vyagiye ahabona kwashobora kugaruka 🔙 mu mugwi wa RMA muriy'Ici
06/02/2026

🚥Breaking Nico Paz vyagiye ahabona kwashobora kugaruka 🔙 mu mugwi wa RMA muriy'Ici

05/02/2026

I'm Back

🚥 Sénégal aho muri Dakar batashoboye kuryama mwijoro ry'umunezero
19/01/2026

🚥 Sénégal aho muri Dakar batashoboye kuryama mwijoro ry'umunezero

Address

Buja Marie
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ARISE Sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share