04/02/2026
kuwa 31 nzero 2026, uburundi bukaba bwarinjiye kumugaragaro ikibuga cabwo citwa stage intwari, hakaba hari haheze imyaka myinshi uburundi bukinira inkino munzamakungu hanze burinze gutira ikibuga. ariko ubu kikaba cemerewe kwakira inkino mpuzamakungu