Nil Sport TV

Nil Sport TV Nil sport TV est une organisation qui vise la promotion du sport en général et des sportifs burundais en particulier.

📗⬛ Bamwe mu bakinyi b'umugwi Nserukiragihugu Intamba mu rugamba w'abigeme batarenza imyaka 17,bari kuri stade Intwari gu...
15/05/2026

📗⬛ Bamwe mu bakinyi b'umugwi Nserukiragihugu Intamba mu rugamba w'abigeme batarenza imyaka 17,bari kuri stade Intwari gukurikirana urukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rwariko ruhuza umugwi wa Rukinzo na Aigle Noir ( 1-0).


📗⬛ yagoye cane abakinyi b'inyuma ba  , mbere agirako abatsinda n'igitsindo catumye umugwi wa Rukinzo utahukana igikombe ...
15/05/2026

📗⬛ yagoye cane abakinyi b'inyuma ba , mbere agirako abatsinda n'igitsindo catumye umugwi wa Rukinzo utahukana igikombe n'imiliyoni 15 ( 15.000.000 Fbu) nawe si uwundi ni ,umusatirizi akina aca ku ruhande mu mugwi wa Rukinzo.


📗⬛ Urugamba ntigwari rworoshe hagati ya   na   , mu rukino Rukinzo yatsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa.
15/05/2026

📗⬛ Urugamba ntigwari rworoshe hagati ya na , mu rukino Rukinzo yatsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa.


📗⬛ Le président de la Fédération burundaise de football, Alexandre Muyenge, son deuxième vice-président Evariste Murenge...
15/05/2026

📗⬛ Le président de la Fédération burundaise de football, Alexandre Muyenge, son deuxième vice-président Evariste Murengerantwari, le président d’Aigle Noir CS Révérien Ndikuriyo ainsi que plusieurs autorités ont suivi au stade Stade Intwari la finale de la Coupe du Président opposant Rukinzo FC à Aigle Noir CS. Rukinzo s’est imposé 1-0.



📗⬛ Mbega umunezero ! mbega umunezero !.Abakinyi ba Rukinzo bateruye umumenyereza wabo,   inyuma yo gutsinda Aigle Noir i...
15/05/2026

📗⬛ Mbega umunezero ! mbega umunezero !.

Abakinyi ba Rukinzo bateruye umumenyereza wabo, inyuma yo gutsinda Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma mu gikombe citiriwe umukuru w'igihugu 2026.



📗⬛ Inyuma yo gutsindwa n'umugwi wa Rukinzo igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'ig...
15/05/2026

📗⬛ Inyuma yo gutsindwa n'umugwi wa Rukinzo igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu; umugwi wa waronse ibahasha ry'imiriyoni 10
(10.000.000 Fbu).



.

Umugwi wa   watwaye igikombe  hamwe n'ibahasha ry'imiriyoni 15 z'amarundi ( 15.000.000 Fbu), inyuma yo gutsinda Aigle No...
15/05/2026

Umugwi wa watwaye igikombe hamwe n'ibahasha ry'imiriyoni 15 z'amarundi ( 15.000.000 Fbu), inyuma yo gutsinda Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rwariko rurabahuza kur uyu wa 15 Rusama 2026.



📗⬛ Umugwi wa Rukinzo uhejeje gutahukana igikombe citiriwe umukuru w'igihugu 2026 batsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku ...
15/05/2026

📗⬛ Umugwi wa Rukinzo uhejeje gutahukana igikombe citiriwe umukuru w'igihugu 2026 batsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa..

FT: Aigle Noir 0- 1 Rukinzo

Ico gitsindo cabonetse ku munuta wa 64, cijijwe na .Uwo mugwi niwo uzoca userukira igihugu mu nkino za Caf confédération Cup.

Iki nico gikombe umugwi uza gutsinda hagati ya Rukinzo na Aigle Noir aza gutwara.90': Aigle Noir 0- 1 Rukinzo
15/05/2026

Iki nico gikombe umugwi uza gutsinda hagati ya Rukinzo na Aigle Noir aza gutwara.

90': Aigle Noir 0- 1 Rukinzo

📗⬛ Le coup d'envoi du match comptant pour la finale de la coupe du président 2026 vient d'être donné par le vice-préside...
15/05/2026

📗⬛ Le coup d'envoi du match comptant pour la finale de la coupe du président 2026 vient d'être donné par le vice-président de la République du Burundi, Prosper Bazombanza en compagnie du président la FFB, Alexandre Muyenge.


Igice ca mbere c'urukino ruriko ruhuza umugwi wa Aigle Noir na Rukinzo, kirangiye imigwi yompi inganije ubusa ku bundi.H...
15/05/2026

Igice ca mbere c'urukino ruriko ruhuza umugwi wa Aigle Noir na Rukinzo, kirangiye imigwi yompi inganije ubusa ku bundi.

HT: Aigle Noir 0- 0 Rukinzo.

Mur urwo rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu ruriko rubera kuri Stade Intwari, igice ca mbere kirangiye umugwi wa Rukinzo uri imbere ya Aigle Noir na cane cane mu buryo bujanye no guhiga ibitsindo.



Address

Rohero II Avenue De L'Indépendance, KARO House
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nil Sport TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category