Audry official+257

Audry official+257 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Audry official+257, Sport & recreation, Bujumbura.

This IS very reality
23/02/2025

This IS very reality

🙆‍♀️ Ntuzibagire🤷‍♀️

✅ Waravutse , barakurera urakura , baragurisha ivyo bari batunze ( Impene, igitoke, ibijumbu,...) kugira bakwigishe , waragiriwe amahirwe n'Uhoraho uraheza amashure mbere uranaronka akazi none ubu vyifashe gute??

1. Abana benshi iyo bagiye mubisagara, usanga bibagiye ubuzima bakuriyemwo, ukuntu abavyeyi babo batubitse uwavubi kugira bagere aho bageze, ariko ugasanga ntacipfuza kuja I muhira iyo yavutse
2. Wafatanye n'inkumi (Imisore) bo mumuji, Maman wawe arararira ibitagira umunyu, kandi nawe uraye unyoye inzoga zizimvye, uraye uhaye umukobwa amafaranga atagira uko angana.
3. Aho ni mugihe utagomba ko abagenzi bawe bomenya abavyeyi bawe. Iyo Maman wawe akubwiye ko azoza kukuramutsa uca umubwira ngo ndimukuza akarindira akabura kubera ko utinya ko abagenzi bagutwenga kubera utamuguriye impuzu yambara.
4. Ikitavuzwe co ni batoya bawe, babirukanirwa amahera yishure kandi amafaranga atari uko uyabuze ukababwira ngo ufise imigambi myishi uriko urakora ukibagira ko kugira wige bagurishije ration batoya bawe bari gufungura 😭
5. Iyo hageze ko ushinga urwawe , ngo hazovuga ijambo umuntu wo muri famille , ukamubwira mutama wawe ngo wewe ibintu vyo mu muji ntavyo womenya🤷‍♀️
6. Ugasanga umuvyeyi yishwe n'agahinda kandi yaravyaye.
6. Umuvyeyi muhe agaciro akwiye guko niho uzobona umugisha.

Ijambo ry'Imana ryo Gusubira Mu Vyagezwe 5 Ku murongo wa 16 rivuga riti : " Wubahe so na nyoko, nk'uko jewe Uhoraho Imana yawe nabikugeze, kugira ng' urambire mu gihugu jewe Uhoraho Imana yawe nzoguha, uhamerererwe neza."

Mugire umusi w'Imana mwiza

✍️
📚

Ngiyo ndayifashe igire irengane umutego umubanyi rayo valcano mbonye abwira ATI yambeba iraje nca ndagacakira
14/12/2024

Ngiyo ndayifashe igire irengane umutego umubanyi rayo valcano mbonye abwira ATI yambeba iraje nca ndagacakira

19/11/2024

🚨🚨 Zirahinduye imirisho !! Coach wa Brésil yamaze gufata Ingingo yuko Raphinha ariwe agiye kuza aratera za Pénalty mumugwi nserukiragihigu wa Brésil !

Inyuma yaho Vinicius Jr ahushirije penalty iheruka coach wa Brésil Dorival yaciye ahitamwo ko Raphinha ariwe azoza aratera penalty mumugwi nserukiragihigu

🚨 BREAKING 🚨 💣 La direction du club vient d’approuver lors d'une réunion extraordinaire le nouvel accord avec Nike ! Il ...
08/11/2024

🚨 BREAKING 🚨

💣 La direction du club vient d’approuver lors d'une réunion extraordinaire le nouvel accord avec Nike ! Il faut maintenant l'approbation finale de Nike pour le signer. Le contrat sera amélioré d'environ 48M€ pendant 4 ans, ensuite entre 58 et 60M€. 💸

🗞️ Source : RAC1

Gira follow na comment tubandanye twironkera ayandii menshi

ingwanyi pau cubarsi ndavuga myugariro wa barcelona musanzwe muzi ko yagize ikibazo aho bari hariya mur suisse yavuze ko...
08/11/2024

ingwanyi pau cubarsi ndavuga myugariro wa barcelona musanzwe muzi ko yagize ikibazo aho bari hariya mur suisse yavuze ko :«atarota asiba mukibuga kumunsi wa mungu»

Gira follow kuri ino page uze uraronka nayandi menshi

✍️ Muri bangahe mwipfuza ko kino gitanda coja muri chambre yanyu ??Twagiye muri commentaires :👇👇👇Gusa mwibuke s'abonner ...
08/11/2024

✍️ Muri bangahe mwipfuza ko kino gitanda coja muri chambre yanyu ??

Twagiye muri commentaires :👇👇👇

Gusa mwibuke s'abonner 🤚👏

Ndabarahiye kumujinya azananye ntimumbaze ibikwirikira Audry official+257
06/11/2024

Ndabarahiye kumujinya azananye ntimumbaze ibikwirikira
Audry official+257

06/11/2024

Imwe bita sewazo inyuma yogukubitwa ubutinyagaza na mukeba wayo igaruka ikubitwa na milan ac akanya tuvugana mur weekend bakina na ossasuna bamaze gutakaza tchouameni bivurwa na frederico valvelde ko ashobora kuba yagize akabazo
Pauvre sewazo (sigawaritse)

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Audry official+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share