22/06/2026
📢 HERE WE GO! Barcelona ngo yamaze kumvikana na Manchester United ku kugura Benjamin Šeško!
🫰🫰FC Barcelona na Manchester United bamaze kumvikana ku transfert ya Benjamin Šeško.
💴💶Amafaranga y'ishimikiro ni:
€75M yemewe
Hiyongerako bonus zirenga €10M
✈️🌎 Šeško ngo azoca aja i Barcelona inyuma y'Igikombe c'Isi kugira akore:
Isuzumwa ry'ubuzima (medical)
Gusinya amasezerano mashasha
⚽🇸🇮 Umusatirizi w'Umunya-Slovenia yitezwe kuba umwe mu bakinyi bazoshimangira ubusatirizi bwa Hansi Flick.
🔥🗣️ Iyo transfert niyemezwa ku mugaragaro, Barcelona izoba ironse rutahizamu muremure, afise umuvuduko n'ubushobozi bwo gutsinda ibitego⚽