28/11/2025
🛑 umuhanga mubwugarizi biravugwa ko ashobora kugaruka muri mukwezi kwambere nkumvo zuko bariko babona Barça igeramiwe nama ekipe adakomeye akenshi bivuye kubwugarizi bwa na ahunomusore ahohose ashobora kuhakinira ,
Abandi nabo bariko bavuaga ngo cancelot niyagaruka na yarakwiye guca agaruka gufasha ekipe ngo kuko kuva agiye Barça yayisize muvyago vyaba defence ,
Nawe nikubibona inigo aracakenew muri Barça cnke nabandanye arya ayabarabu?
Gira follow kurino page use wirenganira