23/03/2026
๐จ SHAKA UMWITE MKOMBOZI WA Real Madrid C.F. VINISIUS Jr AKOZE AKAZI GAKOMEYE MURI DERBy: Real Madrid 3-2 Atlรฉtico Madrid โช๐ฅ
Ni intsindo ihambaye cane kuri Real Madrid, ibonye intsinzi ya 5 ikurikirana, iguma iri mu rugamba rwo kwegukana La Liga ๐
๐ Naho umukino watanguye nabi:
Real Madrid yarigaragaje cane, ironka amahirwe menshiโฆ ariko Atlรฉtico ironka akaryo kamwe gusa, ica iratsinda.
๐ Ariko iyi Real ifise umutima udasanzwe:
Yahise yishura ata kurindira:
โจ Brahim Dรญaz ni we yatanguye guhindura ibintu
โก Federico Valverde aramukurikira
๐ฏ Vinรญcius Jรบnior aratsinda igitsindo ciza cane
๐ Ikintu kibi gusa:
Ikarata itukura ya Valverde ntiyumvikana neza, kuko ico yakoze cari gikwiye kuba jaune gusaโฆ
๐ Ariko ico nyamukuru:
โ๏ธ Real yaratsinze
โ๏ธ Iracafise icizere
โ๏ธ Saison iracari ndende
HALA MADRID ๐ค๐ฅ ntabwo turekura!