Vivi journaliste

Vivi journaliste actu sports parceque les jeunes d'aujourd'hui aiment beaucoup les informations concernant les sports

15/04/2026

Umva di Domitien NDAYIZEYE

Ibihugu 6 navyo vayronse uburenganzira bwo gukina inkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za nyuma z'igik...
01/04/2026

Ibihugu 6 navyo vayronse uburenganzira bwo gukina inkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za nyuma z'igikombe ca Afrika harimwo n'igihugu c'uburundi.Burundi
Ethiopie Erythrée SomalieSud Soudan Lesotho

01/04/2026

Abana batandatu nibo bari bitabiriye ihiganwa ryariko rya karaté ryariko rirabera mu gihugu ca , arongoye igisata c'ubuhinga aratwiganira ukwo ivyo bibondo vyigenje hamwe n'ivyo bavyitezeko muri kazoza.

12/03/2026

Ivya Passport bimeze gute aho uherereye

Nshimirimana Jean Claude ntakibarizwa muri Le Messager NgoziInyuma yo kumara hafi Imyaka 3 mu mugwi Le Messager Ngozi, J...
27/02/2026

Nshimirimana Jean Claude ntakibarizwa muri Le Messager Ngozi

Inyuma yo kumara hafi Imyaka 3 mu mugwi Le Messager Ngozi, Jean Claude Ubu abarizwa mu mugwi Kayanza United,umwe mu bakinyi beza bakina kumpande kuri numéro 3 canke 2.

Journaliste

26/02/2026

Abakunzi ba Real Madrid mwiyumva gute inyuma yo gusezerera Benefica

18/02/2026

Vyamuviriyemwo ikarata y'umuhondo

🚨 Prestianni umukinyi wa Benfica yasohoye itangazo kuri IG yiwe yagize ati:"Nshaka gutanga umuco kuvyaraye bibaye, nta g...
18/02/2026

🚨 Prestianni umukinyi wa Benfica yasohoye itangazo kuri IG yiwe yagize ati:

"Nshaka gutanga umuco kuvyaraye bibaye, nta gitutsi nakimwe cerekeye amacakubiri afatiye k'urukoba natutse Vini Jr, nibaza ko yatahuye nabi kuvyo yibaza ko yumvise."

"Nta narimwe nigeze kuba umuntu w'amacakubiri. Mbabajwe n'inyifato y'abakinyi ba Real Madrid ingene bankubaguye."

🚨 Thierry Henry:“Sinkunda Real Madrid, ariko iri joro ndi Madridista.” 🤍❤️‍🩹“Umwambaro Vinícius Júnior yambara ntukwiye ...
18/02/2026

🚨 Thierry Henry:
“Sinkunda Real Madrid, ariko iri joro ndi Madridista.” 🤍❤️‍🩹

“Umwambaro Vinícius Júnior yambara ntukwiye kugira ico uhindura ngaha.

🔴 🗣️ Kylian Mbappé : "Gianluca Prestianni wewe ntuzongera narimwe gukina inkino za Ligue des champions."Ubwo Mbappé ivyo...
18/02/2026

🔴 🗣️ Kylian Mbappé : "Gianluca Prestianni wewe ntuzongera narimwe gukina inkino za Ligue des champions."

Ubwo Mbappé ivyo avuga vyoba arivyo?

Source [ Marca]

Address

Bujumbura

Telephone

+25771064243

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vivi journaliste posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Vivi journaliste:

Share