Bumamuru Football Club

Bumamuru Football Club Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bumamuru Football Club, Sports Team, Buganda.

Whatsapp:https://whatsapp.com/channel/0029VbB6zaeKmCPOx247DH42

Nom Complet : Bumamuru Football Club
Surnoms : Les Verts Blancs
Stade : Urunani

Palmarès Principal :
✓Championnat du Burundi 🏆
✓Coupe du président 🏆🏆

Urikino rukaba rurangiye kuntsinzi ya Bumamuru fc aho yinjije ibitsindo 2 kuri 1 ca Bg Green Maze
12/04/2026

Urikino rukaba rurangiye kuntsinzi ya Bumamuru fc aho yinjije ibitsindo 2 kuri 1 ca Bg Green Maze

Imyimenyerezo irabandanya kubakinyi b'umugwi wa Bumamuru Fc aho yiteguriye urukino izotana mumitwe numugwi wa  Muzinga F...
06/04/2026

Imyimenyerezo irabandanya kubakinyi b'umugwi wa Bumamuru Fc aho yiteguriye urukino izotana mumitwe numugwi wa Muzinga Fc mugikombe c'Umukuru w'Igihugu ruzoba kumunsi wa gatatu kukibuga Intwari igihe c'isaha icenda (15h00)

Mugikombe c' umukuru w'igihugu urukino rurangiye Academy Ubumwe 2_3 Bumamuru Fc
02/04/2026

Mugikombe c' umukuru w'igihugu
urukino rurangiye
Academy Ubumwe 2_3 Bumamuru Fc

Umukinyi winyuma azwi kwizina rya NDAYISHIMIYE Yahaya yambara inimero 21 mumugongo w'umugwi wa Bumamuru Fc  nyuma yuruki...
01/04/2026

Umukinyi winyuma azwi kwizina rya NDAYISHIMIYE Yahaya yambara inimero 21 mumugongo w'umugwi wa Bumamuru Fc nyuma yurukino aheruka rwa Garage Express ubu akaba akitswe namagara bitamworoheye nagato kwivuriro rya Roi David

Amwe mumasanamu yurukino rwaraye ruhuje umugwi wa Bumamuru Fc  na Kayanza United  mugihe rwarangiye bose banganije 1_1
21/03/2026

Amwe mumasanamu yurukino rwaraye ruhuje umugwi wa Bumamuru Fc na Kayanza United mugihe rwarangiye bose banganije 1_1

Next MatchBumamuru Fc vs Kayanza United Vandredi Le 20/03/2026a 15H00 Urunani Stadium
19/03/2026

Next Match
Bumamuru Fc vs Kayanza United
Vandredi Le 20/03/2026
a 15H00 Urunani Stadium

Amwe mumasanamu yurukino Aho umugwi wa Garage  wariko utana mumitwe numugwi wa Bumamuru Fc aho vyarangiy ari Garage Expr...
16/03/2026

Amwe mumasanamu yurukino Aho umugwi wa Garage wariko utana mumitwe numugwi wa Bumamuru Fc aho vyarangiy ari Garage Express 1-0 Bumamuru Fc

FTBumamuru Fc 2-3 BD Dynamik
12/03/2026

FT
Bumamuru Fc 2-3 BD Dynamik

Next MatchBumamuru Fc vs BS DynamikJeudi le 12/03/2026a 15h45' Urunani Stadium
10/03/2026

Next Match
Bumamuru Fc vs BS Dynamik
Jeudi le 12/03/2026
a 15h45' Urunani Stadium

Bamwe mubarongozi bahoze mumugwi wa Bumamuru Fc  nabafana b'intamuheba bari bishikiye kukibuga Intwari ngo bashigikire u...
09/03/2026

Bamwe mubarongozi bahoze mumugwi wa Bumamuru Fc nabafana b'intamuheba bari bishikiye kukibuga Intwari ngo bashigikire umugwi wabo

Amwe mumasanamu Yurukino Umugwi wa Muzinga Fc aho wari wakiriye umugwi wa Bumamuru Fc aho rwarangiye bose banganijeMuzin...
08/03/2026

Amwe mumasanamu Yurukino Umugwi wa Muzinga Fc aho wari wakiriye umugwi wa Bumamuru Fc aho rwarangiye bose banganije
Muzinga fc 2-2 Bumamuru Fc

Match DayMuzinga fc vs Bumamuru FcDimanche le 08/03/202615h00 ' Intwari Stadium
08/03/2026

Match Day
Muzinga fc vs Bumamuru Fc
Dimanche le 08/03/2026
15h00 ' Intwari Stadium

Address

Buganda

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bumamuru Football Club posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category